ITANGAZO

Kubera Formation y’abagize Renouveau Charismatique Catholique iriko irabera mu kigo ca Foyer de Charité y’i Bujumbura, twashaka kubamenyesha ko uyu musi ata nyigisho za Bibliya zihari. Tuzozibandanya ku wa Kane uza italiki 15/9/2022.

Dusabiranire

Ajouter un commentaire

Restricted HTML

  • Vous pouvez aligner les images (data-align="center"), mais également les vidéos, citations, etc.
  • Vous pouvez légender les images (data-align="center"), mais également les vidéos, citations, etc.