Integuro y' indwi yariwe umweranda Valentino

Muri Foyer de Charité y’i Bujumbura kuri uwu wa Gatandatu igenekerezo rya 29 Ruhuhuma 2022, abaserukira abandi mu migwi itandukanye ( Les Commissions), barakoranye mu ntumbero yo gutegura indwi yahariwe umweranda Valentino izotangura kuva italiki 13 gushika 20 Ruhuhuma 2022.

Icivugo c’uyu mwaka : «  Menya ishingiro ry’urukundo mu muryango : IJAMBO RY’ IMANA. »

Ajouter un commentaire

Restricted HTML

  • Vous pouvez aligner les images (data-align="center"), mais également les vidéos, citations, etc.
  • Vous pouvez légender les images (data-align="center"), mais également les vidéos, citations, etc.